issa
Israel yarashe ku nyubako yitwa'Mushtaha Tower'

Sep 6, 2025 - 11:49
 0

Ku wa 5 Nzeri 2025 Igisirikare cya Israel cyagabye igitero simusiga ku nyubako ndende yitwa'Mushtaha Tower'. 

Iyo nyubako ndende yarashwe mu mpungenge zuko umutwe wa Hamas waba ariho ufite ibirindiro kandi bakaba abarwanyi bawo ariho bategurira ibitero kuri Israel. 

Umunyamakuru wa ALJAZEERA uri muri Gaza yavuze ko Israel yabanje kurasa kuri iyo nyubako ndende mu rwego rwo kuburira abanyepalesitine ko bakwiriye gutuza.

 Nyuma bongeye gukoresha igisasu kitwa 'F-16' bayirasaho umuriro uraka imyotsi ikwira ikirere.

Muri icyo gikorwa cyo kurasa kuri iyo nyubako hapfuye abantu 50 n'abana 7. Kuri ubu Israel iri kugenzura 40% bya Gaza kandi ikomeje intambara yo kuyigarurira.

Minisiteri y'ubuzima muri Gaza ivuga ko 30% y'abanyepalestine bapfa ari abana kuko buri munsi hicwa abana 28 barashwe.